africanianews@gmail.com Monday - Oct 23, 2017
Igice ca nyuma  c’ijambo ry’Umukuru wa PPD-Girijambo, Léonidas Hatungimana, ku vyaranze umwaka wa mbere urangiye Nkurunziza yihagiye ikiringo ca gatatu: ibisata vy-ubutunzi n-imibano

Igice ca nyuma c’ijambo ry’Umukuru wa PPD-Girijambo, Léonidas Hatungimana, ku vyaranze umwaka wa mbere urangiye Nkurunziza yihagiye ikiringo ca gatatu: ibisata vy-ubutunzi n-imibano

Barundi barundikazi mukuna igihugu, Ncuti z’ Uburundi, 11 Mu gisata c’indero ni akamuna. Ubwo butegetsi bwaranzwe no gutitura ico gisata .Ehe namwe: Mu nteguro y’amafranga leta ikoresha mu mwaka w’2016, bakigabanijeko amafaranga arenga imiliyaridi zitandatu ugereranije n’ayo mu 2015. Ca ...

Lire la suite
Première partie du discours du Président du PPD-Girijambo, Léonidas Hatungimana, sur le bilan de la 1ère année du 3ème mandat illégal de Nkurunziza : politique, diplomatie, sécurité et justice

Première partie du discours du Président du PPD-Girijambo, Léonidas Hatungimana, sur le bilan de la 1ère année du 3ème mandat illégal de Nkurunziza : politique, diplomatie, sécurité et justice

Burundaises, Burundais, chers compatriotes Amis du Burundi, C’était en date du 20 Aout 2015 quand Pierre NKURUNZIZA a mis en exécution son plan diabolique de se maintenir illégalement et illégitimement au pouvoir comme il l’avait imposé au Congrès du CNDD-FDD ...

Lire la suite
Igice ca mbere c’ijambo ry’Umukuru wa PPD-Girijambo, Léonidas Hatungimana, ku vyaranze umwaka wa mbere urangiye Nkurunziza yihagiye ikiringo ca gatatu: ibisata vya politike, imigenderanire, umutekano n’ubutungane

makungu ONU, inama nkuru y’umutekano kw’isi, uwurongoye komisiyo y’ishirahamwe  ry’ubumwe bwa Afrika , ishirahamwe ry’ubumwe bwa buraya, ishirahamwe ry’ibihugu bikoresha ururimi rw’igifaransa, ishirahamwe ry’ibihugu vya afrika y’ubuseruko , abakuru b’ibihugu bamwe bamwe nka  Robert Mugabe wa Zimbabwe , Barack Obama ...

Lire la suite

Plus de nouvelles